Angeline Ndayishimiye Ndayubaha (@burundi1stlady) 's Twitter Profile
Angeline Ndayishimiye Ndayubaha

@burundi1stlady

Première Dame de la République du #Burundi. Fondatrice de la Fondation Bonne Action/B.A Umugiraneza (@action_bonne)

ID: 1116258141522595840

linkhttps://www.presidence.gov.bi/category/nouvelles/premiere-dame/ calendar_today11-04-2019 08:34:14

536 Tweet

108,108K Followers

13 Following

OPDD-Burundi (@opdd_burundi) 's Twitter Profile Photo

Ijambo ryashikirijwe n'umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye, igihe yagendera ikambi y'impuzi zavuye muri #RDC ziri mu ntara ya Cibitoke.

Angeline Ndayishimiye Ndayubaha (@burundi1stlady) 's Twitter Profile Photo

Kuba umukenyererarugamba mu mugambwe wacu mwiza CNDD-FDD; ni iteka Imana yaduteye. Iterambere ryacu rizova mu gutora indongozi nziza zizodushikana kw'iterambere rirama. Ndipfurije umunsi mukuru mwiza abakenyererarugamba bose kuri uno munsi udasanzwe waduhariwe. Imana

Kuba umukenyererarugamba mu mugambwe wacu mwiza <a href="/CnddFdd/">CNDD-FDD</a>; ni iteka Imana yaduteye. Iterambere ryacu rizova mu gutora indongozi nziza zizodushikana  kw'iterambere rirama. Ndipfurije umunsi mukuru mwiza abakenyererarugamba bose kuri uno munsi udasanzwe waduhariwe. Imana
Denise NYAKERU TSHISEKEDI (@denisenyakeru) 's Twitter Profile Photo

« Mosapi moko esokolaka elongi te », eloba ba Kolo. Na bomoko mpe elongo, tosunga bandeko na biso oyo bazwi likama na tango ya pasi oyo tozali kolekisa. #InondationKinshasa

GATONI Rosine Guilene (@gatoni_rg) 's Twitter Profile Photo

L’usurpation d’identité est devenue un délit de plus en plus fréquent , commis dans le but de ternir l’image de nos autorités. Sur facebook, plus de 20 comptes se font passer pour SE Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, dans l’intention de nuire. La Distinguée Première Dame du #Burundi n’a aucun

Angeline Ndayishimiye Ndayubaha (@burundi1stlady) 's Twitter Profile Photo

Ndashimiye Imana kuba iduhaye ikindi kibondo muri kino gitondo co kuri uwu wa 25.04.2025, biciye muri bwa buhinga bushasha bwo kuvura abavyeyi bafise ingorane zo kurondoka (Fécondation In-Vitro). Ndakeje abavyeyi bibarutse; nkaba nkeje kandi na Fondation Bonne Action Umugiraneza

Nanezerejwe cane no kuja kwibarutsa imiryango itatu, iheruka kuronka ibibondo, biciye muri bwa buhinga bushasha bwo kuvura abavyeyi bafise ingorane zo kurondoka" Fécondation In-Vitro", bwashikanywe mu Burundi na Fondation Bonne Action Umugiraneza. Ndakeje kandi n'umuvyeyi yagiye

Nanezerejwe cane no kuja kwibarutsa imiryango itatu, iheruka kuronka ibibondo, biciye muri bwa buhinga bushasha bwo kuvura abavyeyi bafise ingorane zo kurondoka" Fécondation In-Vitro", bwashikanywe mu Burundi na Fondation Bonne Action Umugiraneza. 
Ndakeje kandi n'umuvyeyi yagiye
Angeline Ndayishimiye Ndayubaha (@burundi1stlady) 's Twitter Profile Photo

I would like to express my heartfelt gratitude to Gonzaga University in Spokane, Washington, for the exceptional dinner and campus tour I had the privilege of experiencing on May 10th, 2025. I truly appreciate the Medal of Honor and thoughtful gifts that were presented to me,

Chères mamans, chères sœurs, chères piliers de nos vies, En cette Journée Internationale des Mères, je souhaite rendre un hommage sincère et profondément ému à toutes les mères du Burundi et du monde entier. À vous qui veillez sans relâche, qui aimez sans condition avec une

Chères mamans, chères sœurs, chères piliers de nos vies,

En cette Journée Internationale des Mères, je souhaite rendre un hommage sincère et profondément ému à toutes les mères du Burundi et du monde entier. À vous qui veillez sans relâche, qui aimez sans condition avec une
Angeline Ndayishimiye Ndayubaha (@burundi1stlady) 's Twitter Profile Photo

En ce 11 mai 2025, la famille célèbre avec une immense fierté l’obtention du diplôme de Navie Quetsia Madeleine Keza Ndayishimiye, en Sciences Politiques et Criminologie à l’Université Gonzaga. Son parcours se distingue par une rigueur constante, une passion authentique pour le

En ce 11 mai 2025, la famille célèbre avec une immense fierté l’obtention du diplôme de Navie Quetsia Madeleine Keza Ndayishimiye, en Sciences Politiques et Criminologie à l’Université Gonzaga.

Son parcours se distingue par une rigueur constante, une passion authentique pour le
Angeline Ndayishimiye Ndayubaha (@burundi1stlady) 's Twitter Profile Photo

Ndipfurije isabukuru nziza ibi bibondo vyabaye imfura mu #Burundi, bikaba vyabonetse biciye muri bwa buhinga bushasha bwo kuvura abavyeyi bafise ingorane zo kurondoka bagakira, aribwo Fécondation In-Vitro. Imana ishishikare kubaha amagara meza, kandi ndipfurije n'abavyeyi babo

Umutima wanje urahimbarwa iyo nitegereje ibibondo vyabonetse biciye muri bwa buhinga bushasha bwo kuvura abavyeyi bafise ingorane zo kurondoka, biriko birakura kandi bifise amagara meza. Ubwo buhinga bukava bwatangujwe hano mu gihugu cacu c’uburundi na Fondation Bonne Action

Umutima wanje urahimbarwa iyo nitegereje ibibondo vyabonetse biciye muri bwa buhinga bushasha bwo kuvura abavyeyi bafise ingorane zo kurondoka, biriko birakura kandi bifise amagara meza.

 Ubwo buhinga bukava bwatangujwe hano mu gihugu cacu c’uburundi na Fondation Bonne Action
Angeline Ndayishimiye Ndayubaha (@burundi1stlady) 's Twitter Profile Photo

En ce 18 juin 2025, notre famille tient à féliciter le Président de la République du Burundi, Son Excellence Général Major Evariste Ndayishimiye, pour ces cinq années à la tête de notre Pays #Burundi Vos réalisations dans la transformation de différents secteurs du Pays sont

En ce 18 juin 2025, notre famille tient à féliciter le Président de la République du Burundi, Son Excellence Général Major Evariste Ndayishimiye, pour ces cinq années à la tête de notre Pays #Burundi

Vos réalisations dans la transformation de différents secteurs du Pays sont
Denise NYAKERU TSHISEKEDI (@denisenyakeru) 's Twitter Profile Photo

Mon passage à Kolwezi, aux côtés du Chef de l’État que j’accompagnais, a été marqué par des instants profondément émouvants. J’ai eu la joie de retrouver mes petits protégés de l’orphelinat qui porte mon nom. Ces enfants qui, malgré les épreuves de la vie, gardent dans leurs

Bonne Action B.A Umugiraneza Foundation (@action_bonne) 's Twitter Profile Photo

À l'issue de cette consultation, les enfants nécessitant un suivi spécialisé seront pris en charge en #Ouganda, dans le cadre d'un programme transfrontalier visant à améliorer l'accès aux soins médicaux pour les enfants burundais atteints de pathologies complexes.

SE Evariste Ndayishimiye (@generalneva) 's Twitter Profile Photo

Nongeye kwipfuriza Abarundi bose umusi mukuru mwiza w’Ukwikukira!Ndabahamagariye kuzirikana iri jambo, rituyobore twese kugira intahe y’ukwikukira tuyitsimbataze iterambere rirama . youtu.be/BJ4F1fzlulQ?si…