Province Karusi
@karusiprovince
ID: 765488707969449984
16-08-2016 10:01:44
1,1K Tweet
4,4K Followers
341 Following
#Burundi mwomenya ko ibirori vyatewe iteka n'indongozi zitandukanye mubisata bitandukanye vyose vy'intara. twovuga nkabajejwe kwivuna abansi n'umutekano nabandi hamwe n'abenegihugu isinzi. Bureau du Premier Ministre Ntare Rushatsi House
Le Président de la République SE Evariste Ndayishimiye reçoit en audience l'Ambassadeur de la Fédération de #Russie Valéry A. MIKHAYLOV, les deux personnalités ont échangé sur le renforcement de la coopération bilatérale entre les deux pays.
#Burundi: Le Chef de l'Etat et commandant en Chef des forces de défense et de sécurité SE Evariste Ndayishimiye rehausse de sa présence les cérémonies d'ouverture de l'année académique 2022-2023 à l'ISCAM.
Imbere yo kwinjira icese inkuka ya Misa yo gusozera yubire y'imyaka 125 iheze inkuru nziza ishitse mu #Burundi bihuriranye n'umusi mukuru w'iyurizwa mw'ijuru rya Bikiramariya wahimbarijwe i Mugera Province Gitega, Umukuru w'Igihugu SE Evariste Ndayishimiye yashimiye Ekleziya Katorika uko yitanga.
Umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye akaba arongoye umuryango wa East African Community yafashe urugendo kuri uyu wa 23 Myandagaro 2023 rumushikana mu gihugu ca Afrika y'epfo.Akaba yitavye ubutumire bwa mugenzi we wa Afrika y'epfo,aho azokwitaba inama igira 15 y'ibihugu bigize umuryango wa BRICS
🔴 Info de la semaine ! Un hélicoptère a atterri cette semaine à Province Rutana, et la nouvelle a fait le tour des réseaux sociaux 🚁. Le Gouverneur de #Rutana, M. Olivier NIBITANGA, a confirmé l'événement et salué l'initiative d'un natif de la province qui prévoit de lancer un
#Burundi Ama Station yarose ibitoro uyu musi hano mugisagara ca Bujumbura Ntare Rushatsi House
Le ministre du Ministère de la Communication et des Médias Gabby Bugaga a tenu une réunion à l'endroit du personnel du ministère dans le but d'échanger sur les nouveaux perspectives du ministère sous sa nouvelle appellation et les projets à mettre en avant dans le domaine de la communication et es médias