Kwa Ntare Rushatsi (@kwantare) 's Twitter Profile
Kwa Ntare Rushatsi

@kwantare

Ibiro vya Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu c'u #Burundi

ID: 844571999708106752

linkhttp://www.kwantare.gov.bi calendar_today22-03-2017 15:30:30

2,2K Tweet

61,61K Followers

12 Following

Kwa Ntare Rushatsi (@kwantare) 's Twitter Profile Photo

Ibirori nyamukuru vyo kwugurura icese ihinguriro ITRACOM n'umukuru w'igihugu ca #Tanzanie Nyen. Samia Suluhu ari kumwe na mugenzi we Nyen. SE Evariste Ndayishimiye n'Umutambukanyi wiwe Nyen. Angeline Ndayishimiye Ndayubaha imbere yuko bagenzura iryo hinguriro ry'ifumbire ngirakamaro rikomoka mu #Burundi

Ba Nyenicubahiro Samia Suluhu wa #Tanzanie na SE Evariste Ndayishimiye w'U #Burundi bari kumwe n'Umuyobozi Mukuru wa ITRACOM Adrien Ntigacika, babanje gutera ibiti imbere y'ibirori nyamukuru vyo kwugurura iryo hinguriro, ikimenyetso c'ubuzima buhoraho be na kazoza keza.

Mu gisagara ca Séville 30/06/2025. Icegera c'Umukuru w'igihugu Nyakwubahwa Prosper #Bazombanza, ari mu nama igira 4 yo kwegeranya uburyo mu migambi y'iterambere

Mu birori vyo kwugurura icese iyo nama #FFD4 mu gisagara ca Séville, Umwami wa #Espagne yashimiye U #Burundi 🇧🇮 hamwe n'igihugu ca #Portugal 🇵🇹kukungene barongoye neza komite yari ijejwe guhanahana ivyiyumviro ico bise compromise de Séville.

Kw'izina ry'Umukuru w'igihugu C'U #Burundi Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye , Icegera c'Umukuru w'igihugu Nyakwubahwa Prosper Bazombanza, ari mu nama mpuzamakungu #FFD4 iriko ibera mu gisagara ca Séville #Espagne

Buca duhimbaza imyaka 63 irangiye U' #Burundi buhabuje Intahe y'Ukwikukira , Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yashikirije ijambo ku Benegihugu.

Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye ari kumwe n'izindi Ndongozi z'igihugu yateye iteka urukino rwa kivandimwe rwahuje Umurwi Nserukiragihugu #Intamba mu Rugamba Intamba mu rugamba official batanye mu mitwe n'Umurwi wo muri #Vietnam Cong Viettel U23, ku kibuga #Intwari

Urwo rukino rwa kivandimwe hagati y'imirwi #Intamba mu Rugamba U23 ari nayo yatsinze Cong Viettel U23 ku bitsindo 4-0 rwabereye ku kibuga gishasha #Intwari FIFA iheruka kwemeza yuko umusezero wayo ukwije amategeko, abakunzi bayo bari mu kanyamuneza ntangere.

Kurikirana ijambo Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yaraye ashikirije rijanye n'ihimbazwa ry'imwaka 63 iheze u #Burundi buhabuje intahe y'ukwikukira. youtu.be/BJ4F1fzlulQ?si…

Kwa Ntare Rushatsi (@kwantare) 's Twitter Profile Photo

Kurikirana ikibiriraho ibirori vyo guhimbaza imyaka 63 irangiye Uburundi buhabuje Intahe y’Ukwikwikukira. youtube.com/live/U-miifLc5… via YouTube

SE Evariste Ndayishimiye (@generalneva) 's Twitter Profile Photo

Nongeye kwipfuriza Abarundi bose umusi mukuru mwiza w’Ukwikukira!Ndabahamagariye kuzirikana iri jambo, rituyobore twese kugira intahe y’ukwikukira tuyitsimbataze iterambere rirama . youtu.be/BJ4F1fzlulQ?si…

Kwa Ntare Rushatsi (@kwantare) 's Twitter Profile Photo

Acinjira ku kibuga c'itiriwe Intwari, Umukuru w'igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yabanje kukizunguruka, aramutsa Abarundi isinzi bari buzuye akanyamuneza ko guhimbariza hamwe na Sebarundi imyaka 63 u #Burundi bumaze buhabuje intahe y'ukwikukira.

Mu gihe ikiringo ciwe kiri ku musozo, Umuserukizi w'Ibanki y'Isi mu #Burundi, Umupfasoni Hawa Cissé Wagué, yahawe umubonano n'Umukuru w'Igihugu SE Evariste Ndayishimiye kuri uwu wa 2/7 mu Kibimba. Yari azanywe n'ukumusezera hamwe no gukenguruka urugero ugufashanya n'iyo Banki rugezeko.

Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano mu #Kibimba kuri uwu wa 2/7 umugwi w'abagwizatuna b'Abanyamerika bo mw'ishirahamwe Facet Power barongowe n'umuyobozi wabo Amy McCrae Kessler, bakaba bipfuza gushira imitahe mu gisata c'uburimyi,mu c'amazi no mu butare