
๐๐๐ฉ๐ง๐๐ค๐ฉ๐ ๐ง๐ฎ
@patriote257
I was born a Burundian ; I will live a Burundian ; I shall die a Burundian.
ID: 1662930172121608192
28-05-2023 21:14:24
11,11K Tweet
11,11K Followers
1,1K Following

Hari uwigeze kuvuga ko u Rwanda ruyobowe nโ ibijuju vyโ abatutsi. Ibaze kwumva ngo u Rwanda ๐ท๐ผ rwatanze imfashanyo muri GAZA ariko abana bโ u Rwanda bakijabukira kukiraro kimeze gutyo bame baravunika bagakoroka Bwira ya mbwa Paul Kagame uti gufasha nivyiza ariko ahere iwiwe


Jewe ndashigikira ko umuntu yofasha uwundi ariko mu Rwanda ๐ท๐ผ naho batwarwa nโ ibijuju. Bagomba kwibonekesha ngo barahambaye nabo baciriritse Wofasha abandi gute kandi nawe iwawe hari uburere butagira ambulance ๐. Paul Kagame akwiye Coup dโ Etat yihuta kandi ni vuba



๐ #RWANDA ๐ท๐ผ : ๐ณ IBIDASANZWE ๐ค Ubuserukizi bwโu Bwongereza mu gihugu c'uRwanda bwaraye bukoze ibirori vyahariwe abagize umuryango w'abaryamana basangiye igitsina ( LGBTQIA+ ๐ณ๏ธโ๐๐ณ๏ธโโง๏ธ) mu ntumbero yo guhimbaza Umunsi Mpuzamakungu wahariwe Kurwanya Ivangura rishingiye ku Gutingana.


Ninde mubeshi hagati ya Paul Kagame na James Kabarebe ? Imbwa Paul Kagame yoyo yavuze ko abantu bose bakwiye gushigikira #RDF_M23 ngo kubera iriko iharanira uburenganzira bwโ abatutsi mugihe imbwebwe James Kabarebe yoyo ivuga ko yiyamiriza #RDF_M23 kuba yaravogereye Congo


Iyi mbwa James Kabarebe yarimaze yigira donogo mugushigikira #RDF_M23 ariko kuva tuyiviriye hasi tukayereka ko turya dukaravye ubu yahinduye imvugo Mu nama yabereye mu Buganda, James Kabarebe yifadikanije na SE Evariste Ndayishimiye mukwiyamiriza ubwicanyi bukorwa na #RDF_M23 muri Congo


Uheza guhemuka ibigori bikera. Wewe Ndondeza amangetengete nโ umugabo wawe KARYENDA nimwiyakire kuko ntamuhima azosubira gutwara u Burundi ๐ง๐ฎ CNDD-FDD izotwara mpaka Yesu agarutse kabisa. Ntiturota turekura igihugu cacu Mwebwe muzopfira iyo nyene mubuhungiro, muzobeshwaho na Asylum





๐ #RDC ๐จ๐ฉ IVYARI URUKURUKURU VYABAYE UKURI. โ ๏ธ Amakuru ariko aravurwa nubwo ataremezwa canke ngo abe ukuri nuko ngo umuhari wa #RDF_M23 woba ushaka ko GOMA iba igihugu cigenga Hama bayoborwe na Joseph Kabila Kabange




Jewe uko mbibona mu Burundi hakwiye kubaho umugambwe umwe wโ abenegihugu CNDD-FDD tuzoca twiberaho mumahoro, urukundo nโ ubumwe ubuziraherezo gushika Kristo Yesu agarutse Ubwo budumbidumbi ngo ni Parti CNL Burundi, Parti UPRONA canke ngo Inani zโ abigenga ni ubwo gusamaza abarundi


Kuva Africa ibaho ntamugambwe numwe urakora ibintu nkibi. Ibi bintu bizoshirwa mumateka yโ Isi. Nsabe Ministry, National Education & Scientific Research biciye mu cigwa ca CIVISME batanguze isekeza ryo kwigisha akarangamutima kโ umugambwe CNDD-FDD mumashure guhera mumashure yโ intango gushika mumashure ya Kaminuza



Je nubu ndacaroreye ko abanyarwanda baza kugira ngire ico nikorera. Aho inkotanyi zari zadugize amazosi ngo zodukanga ๐๐. Jewe narababwiye hano mukarere, ntagisoda coduhagarara imbere. Paul Kagame ni umwana wacu tuzomuhonda tumwicayeko tumukanye amavya mpaka acikanye
