BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile
BBC News Gahuza

@bbcgahuza

Ikaze kuri BBC Gahuzamiryango, sangira ibitekerezo, kurikirana amakuru atabogamye.

ID: 18168998

linkhttp://www.bbcgreatlakes.com calendar_today16-12-2008 18:47:10

33,33K Tweet

88,88K Followers

166 Following

BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Minisitiri w'ubutabera wa #DRCongo 'yeguye' avuga ko ari 'umugambi wacuriwe i Kigali' Avuga ko uwo mugambi ugamije guhagarika impinduka yazanye, kandi ko intego nyamukuru yawo ari ukumwica, ibyo ashinja AFC/M23. Nta bimenyetso yerekanye bbc.in/4kN68bZ

Minisitiri w'ubutabera wa #DRCongo 'yeguye' avuga ko ari 'umugambi wacuriwe i Kigali'

Avuga ko uwo mugambi ugamije guhagarika impinduka yazanye, kandi ko intego nyamukuru yawo ari ukumwica, ibyo ashinja AFC/M23. Nta bimenyetso yerekanye bbc.in/4kN68bZ
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

#Fordo: #US ni yo izwi ko ifise igisasu rutura #MOP gipima 13.000kg gishobora gusambura ico kigo ca #Iran Abahinga bavuga ko iki gisasu rutura gishobora guhindura cane intambara yo mu buseruko bwo hagati ari nka hamwe Trump yofata ingingo yo kukirekura. bbc.in/462w1A5

#Fordo: #US ni yo izwi ko ifise igisasu rutura #MOP gipima 13.000kg gishobora gusambura ico kigo ca #Iran

Abahinga bavuga ko iki gisasu rutura gishobora guhindura cane intambara yo mu buseruko bwo hagati ari nka hamwe Trump yofata ingingo yo kukirekura.

bbc.in/462w1A5
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Victoire Ingabire yabwiye urukiko ko atigeze afatanya n'abarimo kuregwa gushaka guhirika ubutegetsi bw'u #Rwanda Mbere yo kuvuga, umucamanza yabanje kumubwira ngo yiyumve nk’ugiye guha amakuru Urukiko, ngo ntiyiyumve nk’umuntu uregwa urimo kwisobanura bbc.in/3HM98Ha

Victoire Ingabire yabwiye urukiko ko atigeze afatanya n'abarimo kuregwa gushaka guhirika ubutegetsi bw'u #Rwanda

Mbere yo kuvuga, umucamanza yabanje kumubwira ngo yiyumve nk’ugiye guha amakuru Urukiko, ngo ntiyiyumve nk’umuntu uregwa urimo kwisobanura bbc.in/3HM98Ha
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Video: Uko bombe imwe ya Amerika ishobora guhindura isura y’intambara ya #Israel 🇮🇱 na #Iran 🇮🇷

BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Nyuma yo kwiherera, Urukiko ruvuze ko rwasanze ibisobanuro Victoire Ingabire yatanze bidahagije, ko hari ibimenyetso bimushinja Rwategetse Ubushinjacyaha gukora iperereza mu byumweru bibiri Ingabire akinjizwa muri uru rubanza nk’umwe mu baregwa #Rwanda bbc.in/461PyAE

Nyuma yo kwiherera, Urukiko ruvuze ko rwasanze ibisobanuro Victoire Ingabire yatanze bidahagije, ko hari ibimenyetso bimushinja 

Rwategetse Ubushinjacyaha gukora iperereza mu byumweru bibiri Ingabire akinjizwa muri uru rubanza nk’umwe mu baregwa
#Rwanda bbc.in/461PyAE
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

B-2 ni yo ndege y'intambara yonyene ya Amerika ishobora kwikorera ibi bibombe vya MOP vy'imetero 6.2, bishobora gusambura ikigo ca Fordo Subira usoma iyi nkuru hano: bbc.in/3GaRxrM

B-2 ni yo ndege y'intambara yonyene ya Amerika ishobora kwikorera ibi bibombe vya MOP vy'imetero 6.2, bishobora gusambura ikigo ca Fordo 
Subira usoma iyi nkuru hano: bbc.in/3GaRxrM
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

#Rwanda :Victoire Ingabire yafunzwe nyuma yo gutanga amakuru mu urukiko Abanyamategeko ba Ingabire baheruka kuburira ku byavuzwe na Perezida Paul Kagame bbc.in/4jW4m7i

#Rwanda :Victoire Ingabire yafunzwe nyuma yo gutanga amakuru mu urukiko

Abanyamategeko ba Ingabire baheruka kuburira ku byavuzwe na Perezida Paul Kagame
bbc.in/4jW4m7i
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Amerika niyinjira mu bitero bya #Israel hazaduka ukuzimu – Minisitiri wa #Iran abwira BBC Saeed Khatibzadeh yabwiye BBC ko iyi "si intambara y'Amerika". bbc.in/3G7ddoI

Amerika niyinjira mu bitero bya #Israel hazaduka ukuzimu – Minisitiri wa #Iran abwira BBC

Saeed Khatibzadeh yabwiye BBC ko iyi "si intambara y'Amerika". 

bbc.in/3G7ddoI
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

#LionelMessi yaraye yerekanye ubuhinga bwiwe mu ntsinzi ya #InterMiami mu gikombe c'isi c'ama-club Ya ntibagirwa ku bakunzi ba #Barcelona, aho benshi bibuka ibitsindo 73 yatsindiye uno murwi mu nkino 60 mu 2011-2012, yaraye yerekanye ko akiri igitangaza. bbc.in/45sJAIZ

#LionelMessi yaraye yerekanye ubuhinga bwiwe mu ntsinzi ya #InterMiami mu gikombe c'isi c'ama-club

Ya ntibagirwa ku bakunzi ba #Barcelona, aho benshi bibuka ibitsindo 73 yatsindiye uno murwi mu nkino 60 mu 2011-2012, yaraye yerekanye ko akiri igitangaza.

bbc.in/45sJAIZ
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Video: Reba uko impunzi zo mu #Burundi🇧🇮 na #Sudan 🇸🇩 ziri i Mahama mu #Rwanda🇷🇼 zikomeye ku muco w'iwabo bbc.in/4kJxCzi #WorldRefugeeDay

Video: Reba uko impunzi zo mu #Burundi🇧🇮 na #Sudan 🇸🇩 ziri i Mahama mu #Rwanda🇷🇼 zikomeye ku muco w'iwabo
bbc.in/4kJxCzi #WorldRefugeeDay
BBC News Gahuza (@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Professeur Emile #Mworoha yashengeye ku myaka 85, yararanguye amabanga atari make mu #Burundi, cane cane yamenyekanye ku ruhara rwiwe mu kwigisha no kwandika ibitabo nk'umuhinga yanonosoye ivya kahise. bbc.in/3HQ6OyP

Professeur Emile #Mworoha yashengeye ku myaka 85, yararanguye amabanga atari make mu #Burundi, cane cane yamenyekanye ku ruhara rwiwe mu kwigisha no kwandika ibitabo nk'umuhinga yanonosoye ivya kahise.  bbc.in/3HQ6OyP